Luka 4:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 abantu batangazwa cane n’uburyo yigisha+, kuko yavugana ububasha.