-
Luka 4:36Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
36 Bose baca baratangara, batangura kubwirana bati: «Mbega amajambo ari aho! Arategeka impwemu mbi n’ububasha n’ubushobozi bwinshi, na zo zigasohoka!»
-