Luka 4:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ariko izuba ritanguye kurenga, abantu bose bari bafise abantu barwaye indwara zitandukanye baca barabamuzanira. Bose arabakiza+ mu kubarambikako ibiganza.
40 Ariko izuba ritanguye kurenga, abantu bose bari bafise abantu barwaye indwara zitandukanye baca barabamuzanira. Bose arabakiza+ mu kubarambikako ibiganza.