Luka 4:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi, agasemerera ati: «Uri Umwana w’Imana+!» Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko yari azi ko ari Kristu+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:41 Yezu ni inzira, rup. 60
41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi, agasemerera ati: «Uri Umwana w’Imana+!» Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko yari azi ko ari Kristu+.