Luka 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umusi umwe, Yezu yariko arigisha ijambo ry’Imana ahagaze ku nkengera y’ikiyaga ca Genesareti*+, kandi abantu isinzi bariko baramwumviriza bamuhundayeko.
5 Umusi umwe, Yezu yariko arigisha ijambo ry’Imana ahagaze ku nkengera y’ikiyaga ca Genesareti*+, kandi abantu isinzi bariko baramwumviriza bamuhundayeko.