-
Luka 5:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Baca bakura bagenzi babo bari mu bundi bwato ngo baze kubafasha. Na bo baraza maze buzuza ubwo bwato bwose ku buryo butangura kwibira.