Luka 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ikindi gihe, Yezu yari mu gisagara kimwe. Hanyuma umugabo umwe yuzuye imibembe amubonye, aca arunama mu maso hiwe hashika hasi, aramutakambira ati: «Mukama, ubishatse, urashobora kumpumanura+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:12 Umunara w’Inderetsi,15/6/2015, rup. 9 Yezu ni inzira, rup. 65 ‘Ingo unkurikire’, rup. 142
12 Ikindi gihe, Yezu yari mu gisagara kimwe. Hanyuma umugabo umwe yuzuye imibembe amubonye, aca arunama mu maso hiwe hashika hasi, aramutakambira ati: «Mukama, ubishatse, urashobora kumpumanura+.»