Luka 5:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo amakuru amwerekeye yaguma akwiragira, kandi amasinzi y’abantu yaguma akoranira hamwe kugira amwumvirize no kugira abakize indwara+.
15 Mugabo amakuru amwerekeye yaguma akwiragira, kandi amasinzi y’abantu yaguma akoranira hamwe kugira amwumvirize no kugira abakize indwara+.