Luka 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umusi umwe Yezu yariko arigishiriza mu nzu, kandi Abafarizayo n’abigisha b’amategeko bari bicaye ng’aho. Bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu, kandi ububasha bwa Yehova* bwari kumwe na we kugira akize+.
17 Umusi umwe Yezu yariko arigishiriza mu nzu, kandi Abafarizayo n’abigisha b’amategeko bari bicaye ng’aho. Bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu, kandi ububasha bwa Yehova* bwari kumwe na we kugira akize+.