Luka 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abanditsi n’Abafarizayo baca batangura kubwirana bati: «Uwo muntu yubahuka gutuka Imana* ni nde? Hari uwundi ashobora kubabarira ibicumuro atari Imana gusa+?»
21 Abanditsi n’Abafarizayo baca batangura kubwirana bati: «Uwo muntu yubahuka gutuka Imana* ni nde? Hari uwundi ashobora kubabarira ibicumuro atari Imana gusa+?»