Luka 5:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ariko hazogera igihe umukwe+ akurwe muri bo, ico gihe rero bazoheza bisonzeshe+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:35 Yezu ni inzira, rup. 70