Luka 5:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Abaha n’ikigereranyo ati: «Nta wukata ikiremo ku mpuzu nshasha kugira agitere ku mpuzu ishaje. Abigize ico kiremo gishasha gica gitabura iyo mpuzu, kandi ntikiberanye n’iyo mpuzu ishaje+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:36 Yezu ni inzira, rup. 70
36 Abaha n’ikigereranyo ati: «Nta wukata ikiremo ku mpuzu nshasha kugira agitere ku mpuzu ishaje. Abigize ico kiremo gishasha gica gitabura iyo mpuzu, kandi ntikiberanye n’iyo mpuzu ishaje+.