Luka 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yezu aca ajana na bo. Ariko ashitse hafi y’umuhana, ya ntwazangabo ituma abagenzi kumubwira bati: «Mushinganta, ntiwirirwe urigora, kuko bitambereye ko winjira mu nzu yanje+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:6 Yezu ni inzira, rup. 93
6 Yezu aca ajana na bo. Ariko ashitse hafi y’umuhana, ya ntwazangabo ituma abagenzi kumubwira bati: «Mushinganta, ntiwirirwe urigora, kuko bitambereye ko winjira mu nzu yanje+.