Luka 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yezu yumvise ayo majambo arumirwa. Aca arahindukira, abwira isinzi ry’abantu ryariko riramukurikira ati: «Ndabibabwiye, mbere no muri Isirayeli, nta muntu afise ukwizera kungana gutya nari bwabone+.»
9 Yezu yumvise ayo majambo arumirwa. Aca arahindukira, abwira isinzi ry’abantu ryariko riramukurikira ati: «Ndabibabwiye, mbere no muri Isirayeli, nta muntu afise ukwizera kungana gutya nari bwabone+.»