Luka 7:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yegereye irembo ry’igisagara, abona abantu batwaye umuntu yapfuye, akaba ari we mwana wenyene* nyina yari afise+. Vyongeye, yari umupfakazi kandi yari kumwe n’isinzi ry’abantu benshi bavuye mu gisagara. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:12 Umunara w’Inderetsi,1/3/2008, rup. 23 ‘Ingo unkurikire’, rup. 155-156
12 Yegereye irembo ry’igisagara, abona abantu batwaye umuntu yapfuye, akaba ari we mwana wenyene* nyina yari afise+. Vyongeye, yari umupfakazi kandi yari kumwe n’isinzi ry’abantu benshi bavuye mu gisagara.