Luka 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bose baca batekerwa n’ubwoba, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: «Habonetse umuhanuzi akomeye muri twebwe+», kandi bati: «Imana yitayeho abantu bayo+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:16 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16 Yezu ni inzira, rup. 95
16 Bose baca batekerwa n’ubwoba, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: «Habonetse umuhanuzi akomeye muri twebwe+», kandi bati: «Imana yitayeho abantu bayo+.»