Luka 7:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Muri uwo mwanya nyene, aca akiza abantu benshi indwara+, izikomeye n’izidakomeye, yirukana impwemu mbi yongera atuma impumyi nyinshi zisubira kubona.
21 Muri uwo mwanya nyene, aca akiza abantu benshi indwara+, izikomeye n’izidakomeye, yirukana impwemu mbi yongera atuma impumyi nyinshi zisubira kubona.