Luka 7:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abo bagabo Yohani yatumye bamaze kugenda, Yezu atangura kubwira amasinzi y’abantu ivyerekeye Yohani ati: «Mwagiye mu bugaragwa kuraba iki? Irenga rihungabanywa n’umuyaga+?
24 Abo bagabo Yohani yatumye bamaze kugenda, Yezu atangura kubwira amasinzi y’abantu ivyerekeye Yohani ati: «Mwagiye mu bugaragwa kuraba iki? Irenga rihungabanywa n’umuyaga+?