Luka 7:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 None mwagiye kuraba iki? Umuntu yambaye impuzu nzizanziza*+? Erega abambara impuzu nzizanziza kandi bibera mu bihinda bari mu nzu z’abami.
25 None mwagiye kuraba iki? Umuntu yambaye impuzu nzizanziza*+? Erega abambara impuzu nzizanziza kandi bibera mu bihinda bari mu nzu z’abami.