Luka 7:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Muri ubwo buryo nyene, Yohani Umubatizi yaje atarya umukate kandi atanywa umuvinyu+, ariko muvuga ngo: “Arimwo idayimoni.” Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:33 Yezu ni inzira, rup. 98
33 Muri ubwo buryo nyene, Yohani Umubatizi yaje atarya umukate kandi atanywa umuvinyu+, ariko muvuga ngo: “Arimwo idayimoni.”