Luka 7:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, ariko muvuga ngo: “Ng’uyu umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!” Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:34 Yezu ni inzira, rup. 98
34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, ariko muvuga ngo: “Ng’uyu umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!”