-
Luka 7:38Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Hanyuma aja inyuma ku birenge vyiwe, atangura kurira. Aza arajobeka ibirenge vya Yezu n’amosozi yiwe, akaza arabihanaguza imishatsi yiwe. Vyongeye, yaza arasomana ikibabarwe ibirenge vya Yezu, kandi akabisukako ya mavuta amota neza.
-