-
Luka 7:44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
44 Aca arahindukira araba uwo mugore, maze abwira Simoni ati: «Urabona uyu mugore? Igihe ninjira mu nzu yawe, nta mazi wampaye yo kunyoza ibirenge. Ariko uyu mugore yatotesheje ibirenge vyanje amosozi yiwe, aca abihanaguza umushatsi wiwe.
-