Luka 7:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Abari bicaranye na we ku meza baca batangura kubwirana bati: «Uyu muntu ni nde ku buryo ababarira n’ibicumuro+?»
49 Abari bicaranye na we ku meza baca batangura kubwirana bati: «Uyu muntu ni nde ku buryo ababarira n’ibicumuro+?»