Luka 9:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mu nyuma, akoranya bamwe cumi na babiri, abaha ubushobozi n’ububasha bwo kwirukana amadayimoni+ yose no gukiza indwara+.
9 Mu nyuma, akoranya bamwe cumi na babiri, abaha ubushobozi n’ububasha bwo kwirukana amadayimoni+ yose no gukiza indwara+.