Luka 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 ababwira ati: «Ntihagire ikintu na kimwe mwitwaza, yaba inkoni, umufuko w’ibifungurwa, umukate canke amahera*, kandi ntimutware n’impuzu yo kwihindura*+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:3 Umunara w’Inderetsi,15/3/2011, rup. 6 Abahurikiye hamwe, rup. 90
3 ababwira ati: «Ntihagire ikintu na kimwe mwitwaza, yaba inkoni, umufuko w’ibifungurwa, umukate canke amahera*, kandi ntimutware n’impuzu yo kwihindura*+.