Luka 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Baca bafata inzira, bakwiragira ako karere kose bava mu kigwati baja mu kindi, bagenda baratangaza inkuru nziza bongera bakiza indwara ahantu hose+.
6 Baca bafata inzira, bakwiragira ako karere kose bava mu kigwati baja mu kindi, bagenda baratangaza inkuru nziza bongera bakiza indwara ahantu hose+.