Luka 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko Herodi* buramatari w’intara ya Galilaya yumva ibintu vyose vyariko biraba. Aca arazazanirwa cane, kubera bamwe bavuga ko ari Yohani yazuwe mu bapfuye+,
7 Nuko Herodi* buramatari w’intara ya Galilaya yumva ibintu vyose vyariko biraba. Aca arazazanirwa cane, kubera bamwe bavuga ko ari Yohani yazuwe mu bapfuye+,