Luka 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Intumwa za Yezu zigarutse, zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca azijana mu gisagara citwa Betsayida kugira bamare akanya ari bonyene+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:10 Yezu ni inzira, rup. 128
10 Intumwa za Yezu zigarutse, zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca azijana mu gisagara citwa Betsayida kugira bamare akanya ari bonyene+.