-
Luka 9:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru maze arabihezagira. Aca arabimanyagura, atangura kubihereza abigishwa, na bo babiha iryo sinzi.
-