Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.»
22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.»