Luka 9:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Araheza abwira abantu bose ati: «Nimba hari uwushaka kunkurikira, niyiyanke+, yikorere igiti ciwe co kubabarizwako* ku musi ku musi, hanyuma agume ankurikira+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:23 Yezu ni inzira, rup. 143 ‘Ingo unkurikire’, rup. 8
23 Araheza abwira abantu bose ati: «Nimba hari uwushaka kunkurikira, niyiyanke+, yikorere igiti ciwe co kubabarizwako* ku musi ku musi, hanyuma agume ankurikira+.