Luka 9:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Petero n’abari kumwe na we bari baremerewe n’itiro. Mugabo bikanguye, babona ubuninahazwa bwiwe+ na ba bagabo babiri bari kumwe na we. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:32 Yezu ni inzira, rup. 144 Niwigane, rup. 193 Umunara w’Inderetsi,1/1/2010, rup. 27
32 Petero n’abari kumwe na we bari baremerewe n’itiro. Mugabo bikanguye, babona ubuninahazwa bwiwe+ na ba bagabo babiri bari kumwe na we.