-
Luka 9:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Nya bagabo bavanye na Yezu, Petero aca amubwira ati: «Mwigisha, ni vyiza cane kuba turi ng’aha. Reka rero twubake amahema atatu: rimwe ryawe, irindi rya Musa n’irindi rya Eliya.» Ariko ntiyatahura ivyo ariko aravuga.
-