Luka 9:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 «Nimwumvirize neza kandi mwibuke iki kintu: Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu+.»