Luka 9:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 maze ababwira ati: «Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi kubera izina ryanje, na jewe aba anyakiriye. Kandi uwo wese anyakiriye, aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwifata nk’umuntu mutoyi muri mwebwe mwese ari we mukuru+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:48 Yezu ni inzira, rup. 149 Umunara w’Inderetsi,15/11/2012, rup. 15-16, 17-1815/3/2008, rup. 4
48 maze ababwira ati: «Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi kubera izina ryanje, na jewe aba anyakiriye. Kandi uwo wese anyakiriye, aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwifata nk’umuntu mutoyi muri mwebwe mwese ari we mukuru+.»