Luka 9:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Yohani aca avuga ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aragukurikira hamwe natwe+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:49 Yezu ni inzira, rup. 150
49 Yohani aca avuga ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aragukurikira hamwe natwe+.»