-
Luka 9:52Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
52 Aca arungika bamwe mu ntumwa ziwe kugira babe barategura ibintu imbere y’uko ashika. Nuko baragenda maze binjira mu kigwati c’Abasamariya.
-