Luka 9:53 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 Ariko abantu bo muri ico kigwati ntibamwakiriye+, kuko yari yiyemeje kuja i Yeruzalemu. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:53 Yezu ni inzira, rup. 154