Luka 10:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze ababwira ati: «Emwe, ivyimburwa ni vyinshi, ariko abakozi ni bake. Nimwinginge rero uwujejwe iyimbura arungike abakozi mu vyimburwa vyiwe+.
2 Maze ababwira ati: «Emwe, ivyimburwa ni vyinshi, ariko abakozi ni bake. Nimwinginge rero uwujejwe iyimbura arungike abakozi mu vyimburwa vyiwe+.