Luka 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Uragowe Korazini! Uragowe Betsayida! Kuko ibitangaro vyakorewe iwanyu iyo biza kuba vyakorewe i Tiro n’i Sidoni, abantu bo muri ivyo bisagara baba barigaye kera bambaye amagunira kandi bicaye mu minyota+.
13 Uragowe Korazini! Uragowe Betsayida! Kuko ibitangaro vyakorewe iwanyu iyo biza kuba vyakorewe i Tiro n’i Sidoni, abantu bo muri ivyo bisagara baba barigaye kera bambaye amagunira kandi bicaye mu minyota+.