Luka 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ehe nabahaye ububasha bwo guhonyanga inzoka na za sikorupiyo*, n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizobagirira nabi. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:19 Yezu ni inzira, rup. 170-171
19 Ehe nabahaye ububasha bwo guhonyanga inzoka na za sikorupiyo*, n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizobagirira nabi.