Luka 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Umuntu umwe w’umuhinga mu vy’amategeko aca arahaguruka kugira amugeze, amubwira ati: «Mwigisha, nokora iki kugira nze ndonke ubuzima budahera+?» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:25 Yezu ni inzira, rup. 172
25 Umuntu umwe w’umuhinga mu vy’amategeko aca arahaguruka kugira amugeze, amubwira ati: «Mwigisha, nokora iki kugira nze ndonke ubuzima budahera+?»