-
Luka 10:34Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
34 Aca aramwegera, atubika ibikomere vyiwe, abisukako amavuta n’umuvinyu. Araheza amwuriza ku gitungwa ciwe, amujana aho ingenzi zirara maze aramwitwararika.
-