Luka 10:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Hanyuma babandanya urugendo maze binjira mu kigwati kimwe. Umugore yitwa Marita+ aca aramwakira muhira iwe. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:38 Yezu ni inzira, rup. 174
38 Hanyuma babandanya urugendo maze binjira mu kigwati kimwe. Umugore yitwa Marita+ aca aramwakira muhira iwe.