-
Luka 11:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Igihe kimwe yari ahantu ariko arasenga. Ahejeje, umwe mu bigishwa biwe aca amubwira ati: «Mukama, twigishe gusenga nk’uko na Yohani yavyigishije abigishwa biwe.»
-