Luka 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nkako, ni nde muvyeyi muri mwebwe umwana wiwe yosaba ifi, na we akamuha inzoka aho kumuha ifi+? Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:11 Umunara w’Inderetsi,15/12/2006, rup. 22-23