Luka 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mu nyuma, yirukana idayimoni yatuma umuntu aba umuragi+. Iyo dayimoni imaze kumuvamwo, uwo muntu aca aravuga maze isinzi ry’abantu riratangara cane+.
14 Mu nyuma, yirukana idayimoni yatuma umuntu aba umuragi+. Iyo dayimoni imaze kumuvamwo, uwo muntu aca aravuga maze isinzi ry’abantu riratangara cane+.