-
Luka 11:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Ica igenda kurondera izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha, maze zikinjira muri iyo nzu zikiberayo. Amaherezo, ivy’uwo muntu biba bibi kuruta ivya mbere.»
-