Luka 11:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Nk’uko Yona+ yabaye ikimenyetso ku Banyaninewe, ni ko n’Umwana w’umuntu azoba ikimenyetso kuri uru runganwe. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:30 Yezu ni inzira, rup. 176
30 Nk’uko Yona+ yabaye ikimenyetso ku Banyaninewe, ni ko n’Umwana w’umuntu azoba ikimenyetso kuri uru runganwe.